MESSAGE:UMUKATE N'ICAYI VY'IJURU

  • IMPWEMU Y’AKAMENYERO PART 1 HAMWE NA APOTRE ERIC BIMENYIMANA

Yesu n’umuntu ijana kw’ijana akongera akaba Imana ijana kw’ijana Yesu yarafise amaraso Yesu yarasonza Yesu yarababara Yesu yararya Yesu yararira bibiliya ivuga ngo Yesu arariran kandi amosozi yariyo Yesu yararuha Yesu yarisinzirirako bari mu bwato kandi bariko baragenda!! Gusa hariho ibintu bitamushikira ntiyigeze arwara ako koko kamwe ndakamuziko hari abigishwa ba Yesu Kristo 12 bagendana nawe babanye imyaka 3 n’amezi 6 bwira umwigishwa umwe yigeze arwara muriyo myaka n’amezi bagendanye nawe! Mbega hoba hariho umuntu ashaka uwo mugabane nikuvuga ubwambere utegerezwa kumva yuko kurwara arakarenganyo ka satani kuko ntushobora kurenganura umuntu atabona karakarenganyo utegerezwa kwanza kwumva kari anormale utegerezwa kwumva yuko kurwara ataribisanzwe burya grippe sibisanzwe bihava bipasa gayemwe ariko nagomba ndababwire yuko uku kwezi kwose tuzokumara aruku nyene!! Tutegerezwa kuvuga amagara meza gushika igihe utanguye kuyagenderamwo ubishaka utabishaka kuko tutabeshanye akayira satani afise kakugeza ku rupfu indwara zirimwo havuyemwo abicwa kumbure namasoro hamwe namasanganya izindi impfu nyishi indwara zirimwo kandi ashaka kurwara ugera ahantu wibaza haba point d’interrogation wibaza comma urumva umuntu ageze muri comma kandi nagomba ndakubwire yuko nagakorora kagamije anjine anjine igamije anjine iikomeye bakebe umuhogo kuko bashobora kwihenda bagakata nabi ugasanga bariko barakwopera ugasanga bagukase umuhogo akantu kose satani azanye umviriza burya akabeba gato burya ako nyene wokareka umusi umwe kazokura kazorya indagara ataruko naho kazokurya ukuguru kaguhuha nuko hariho abantu barwara indwara bagendana nazo zibasemura zibahuha kandi bakumva umenga namahoro nimba uko ari ariko turi murinosi; umusi umwe intumwa Paulo yararwaye ariko bibiliya ntivuga ko yararwajwe n’indwara zisanzwe bibiliya ivuga ko satani ariwe yamuteje indwaraa yayimuzanyeko Mwese muramaze kubona igihute nikuvuga wamenga ibihute wamenga n’ibintu vyizanye ariko usomye muri Yobu havuga yuko satani ariwe yazanye ibihute kuri yobu kuko babanje kubivugana n’Imana nikuvuga satani niwe yari yasavye Yobu ngo amugeragereshe ibihute Wewe ubona agakorora kaje ukibaza ngo nama blague wapi si ntumo ndakubwiye si ntumo kuko wewe urarinda intumo gusumba ikindi kintu cose kuko wewe umubiri wawe wakuwe mu mukungugu rero urarinda intumo gusumba ikindi kintu cose vuga ati ndase kurwaraa!! Ntushobora kwanka ikintu uziko ar’uburenganzira nk mugihe ndiko ndatwara imodoka mu burundi nhkaca mu buryo maze uwujejwe umutekano agaca ambwira ngo uciye ahatariho nanje mfise uburenganzira bwo kumubwira uti nyakubahwa mubisanzwe duca iburyo aho baca ibubamfu ni muri UGANDA canke TANZANIA wavyoibagiwe nawe yibutse eeh narinabvyibagiwe nahora murugendo i UGANDA narinzi yuko mutegerezwa guca i bubamfu. Kuko ngaha i Burundi duca i buryo ntiwokatisha rero umuntu utazi aho wategerezwa guca!! Ubona ikosa kukoUnomusi nagiriw Ubuntu n’Umwami bwo kubigisha icigwa citiriwe IMPWEMU Y’AKAMENYERO nagomba ndakubwire ncuti mukundwa yuko uzakuva ngaha Umenye abantu ukwiye kwirinda nabo ukwiye kugendana nabo; Impwemu y’akamenyero bisigura ik? Nikuvuga wamenye gushika naho urengana urugezo rwokubaha ico wamenye! Iyi message izakugufasha wewe n’umuntu yagira akamenyero kuri wewe bigatuma hari ibintu kubuzima bwawe bitaba nibindi bitaba kubandi nagomba ndakubwire yuko iyi message atari message ikwibutsa ivyo wize.

  • UGUKIRA INDWARA NO KUZIKIZA PART 1 HAMWE NA APOTRE ERIC BIMENYIMANA

Halleluyaa!!! Mu buzima bwawe urashobora kuba utazi ivyo Imana yaguhaye ariko nagomba ndakubwire yuko mwivyo Imana yaguhaye harimwo Abantu nagomba ndakubwire yuko uyu musi niwizera ugashira umutima kw’ivyo nkubwira uyu musi ndaza kukubera umugisha mw’izina rya Yesu kandi Uhoraho Imana araza kufasha ndakubere umugisha uyu musi vuga ati Ameen!!! Imana yasutse kuri Yesu Mpwemu n’ubushobozi kugira ngo agende agirira neza abo bose satani agenda atwaza ituntucanke amanyama yama akiza igihe cose yahuye nuw’urwaye ntamusi numwe yigeze ahura nuw’urwaye hanyuma agaca amubwira ati wewe ndabiravye ntibikunda ntamusi numwe yigeze abivuga ivyo!!! Mu bisanzwe kwa muganga barashobora kukubwira genda ngo iyo ndwara siyo kwa muganga ahubwo genda mu masengesho; mu masengesho naho barinze bakubwira ngo: genda kwa muganga Iyo indwara s’iyo mu masengesho ni kwa muganga uba wahuye n’abana! Yesu ntamusi numwe yahura n’uwurwaye abo yahura nabo bose yarabakiza Ijambo rirabivuga soma neza mu gitabo co mu GUSUBIRA MU VYAGEZWE 7:15 « Uhoraho azobakuramwo ndwara zose ntazobateza nimwe muri za ndwara mbi nkuko muzizizo muri Egiputa ariko azoziteza ababanka bose! Yesu n’umuntu ijana kw’ijana akongera akaba Imana ijana kw’ijana Yesu yarafise amaraso Yesu yarasonza Yesu yarababara Yesu yararya Yesu yararira bibiliya ivuga ngo Yesu arariran kandi amosozi yariyo Yesu yararuha Yesu yarisinzirirako bari mu bwato kandi bariko baragenda!! Gusa hariho ibintu bitamushikira ntiyigeze arwara ako koko kamwe ndakamuziko hari abigishwa ba Yesu Kristo 12 bagendana nawe babanye imyaka 3 n’amezi 6 bwira umwigishwa umwe yigeze arwara muriyo myaka n’amezi bagendanye nawe! Mbega hoba hariho umuntu ashaka uwo mugabane nikuvuga ubwambere utegerezwa kumva yuko kurwara arakarenganyo ka satani kuko ntushobora kurenganura umuntu atabona karakarenganyo utegerezwa kwanza kwumva kari anormale utegerezwa kwumva yuko kurwara ataribisanzwe burya grippe sibisanzwe bihava bipasa gayemwe ariko nagomba ndababwire yuko uku kwezi kwose tuzokumara aruku nyene!! Tutegerezwa kuvuga amagara meza gushika igihe utanguye kuyagenderamwo ubishaka utabishaka kuko tutabeshanye akayira satani afise kakugeza ku rupfu indwara zirimwo havuyemwo abicwa kumbure namasoro hamwe namasanganya izindi impfu nyishi indwara zirimwo kandi ashaka kurwara ugera ahantu wibaza haba point d’interrogation wibaza comma urumva umuntu ageze muri comma kandi nagomba ndakubwire yuko nagakorora kagamije anjine anjine igamije anjine iikomeye bakebe umuhogo kuko bashobora kwihenda bagakata nabi ugasanga bariko barakwopera ugasanga bagukase umuhogo akantu kose satani azanye umviriza burya akabeba gato burya ako nyene wokareka umusi umwe kazokura kazorya indagara ataruko naho kazokurya ukuguru kaguhuha nuko hariho abantu » barwara indwara bagendana nazo zibasemura zibahuha kandi bakumva umenga namahoro nimba uko ari ariko turi murinosi; umusi umwe intumwa Paulo yararwaye ariko bibiliya ntivuga ko yararwajwe n’indwara zisanzwe bibiliya ivuga ko satani ariwe yamuteje indwaraa yayimuzanyeko Mwese muramaze kubona igihute nikuvuga wamenga ibihute wamenga n’ibintu vyizanye ariko usomye muri Yobu havuga yuko satani ariwe yazanye ibihute kuri yobu kuko babanje kubivugana n’Imana nikuvuga satani niwe yari yasavye Yobu ngo amugeragereshe ibihute Wewe ubona agakorora kaje ukibaza ngo nama blague wapi si ntumo ndakubwiye si ntumo kuko wewe urarinda intumo gusumba ikindi kintu cose kuko wewe umubiri wawe wakuwe mu mukungugu rero urarinda intumo gusumba ikindi kintu cose vuga ati ndase kurwaraa!! Ntushobora kwanka ikintu uziko ar’uburenganzira nk mugihe ndiko ndatwara imodoka mu burundi nhkaca mu buryo maze uwujejwe umutekano agaca ambwira ngo uciye ahatariho nanje mfise uburenganzira bwo kumubwira uti nyakubahwa mubisanzwe duca iburyo aho baca ibubamfu ni muri UGANDA canke TANZANIA wavyoibagiwe nawe yibutse eeh narinabvyibagiwe nahora murugendo i UGANDA narinzi yuko mutegerezwa guca i bubamfu. Kuko ngaha i Burundi duca i buryo ntiwokatisha rero umuntu utazi aho wategerezwa guca!! Ubona ikosa kuko uzi ukuri !!!!

  • INTAMBUKO 5 ZO GUHAGARIKA NEZA UMWIGISHWA PART 1 HAMWE NA APOTRE ERIC BIMENYIMANA

Izi nizo NTAMBUKO 5 zo guhagarika neza Umwigishwa mu gakiza nizi zikurikira: UKUVUKA UBWA KABIRI UKWEMEZWA AGAKIZA GUFATANYIJE NO KWUZUZWA MPWEMU YERA KUBATIZWA MU MAZI MESHI HAMWE ISHENGERO USENGERAMWO (EGLISE LOCAL) UBUTUMWA BWIZA(MESSAGE) UMUTIMA W’IGIKORWA (L’ESSENCE DE L’OEUVRE) UKUVUKA UBWA KABIRI BIMWE MU BIBAZO UBANZA KUBAZA UMUNTU UGOMBA KWAKIRIZA UMWAMI YESU KRISTO IKIBAZO CAMBERE UBANZA KUMUBAZA NIKI : UBANZA KUMUBAZA UTI « KUKI IMANA YAREMYE UMUNTU ? » IVYO NAVYO NTAHANDI TUBISANGA ATARI MURIBI BITABO BIKURIKIRA : ITANGURIRO 1 :26 « IMANA IRAVUGA, ITI TUREME UMUNTU MW ISHUSHO YACU, ASE NATWE : AGANZE AMAFI YO MU KIYAGA, N’IBIGURUKA MU KIRERE, N’IBITUNGANO, N’ISI YOSE, N’IVYIKWEGA VYOSE, BIGENDA BIKWEGA INDA HASI » NI KUVUGA IMANA YAREMYE UMUNTU KUGIRA : AGANZE IBIRI MWISI VYOSE YAREMYE NIKUVUGA BIRYA BAZA BAVUGA ABAHIMBAZA NGO YATUREMEYE KUMUHIMBAZA TURABIMUSHIMIRA BIRYA SIVYO N’IKINYOMA S’UKURI KUKO NTAHO VYANDITSE MUVYANDITSWE VYERE ICANDITSWE NICO KURI TWAREMEWE KUGANZA ITANGURIRO 2 :7 « UHORAHO IMANA ABUMBA UMUNTU MU MUKUNGUGU WO HASI, AMUHUMEKERA MU MAZURU IMPWEMU Y’UBUGINGO ; UMUNTU ACA ABA UFISE UBUGINGO. »NIKUVUGA UMUNTU YABANJE KUREMWA MU BURYO BW’IMPWEMU YAREMWE MUNYUMA IMANA IC’IMUREMA MUBURYO BW’UMUBIRI YAMUBUVYE MUMUKUNGU INYUMA YAHO IMANA IC’IMUHUMEKERAMWOIMPWEMU Y’UBUGINGO ACABA UMUNTU AFISE UBUGINGO ARIWE (ADAMU WA MBERE) IVYAHISHURIWE YOHANA 4 :11 « BATI MWAMI WACU, MANA YACU, BIRAKUBEREYE GUHABGA UGUHIMBAZWA N’ICUBAHIRO N’UBUBASHA, KUKW ARI WEWE WAREMYE VYOSE ; ICATUMYE BIBAHO KAND’ ICATUMYE BIREMWA, N’UKO WABIGOMVYE. » BISIGURA NGO IMANA ICATUMYE IREMA UMUNTU NIBIRI MW’IJURU NO KW’ISI VYOSE NUKO YABIGOMVYE UKU NIKO KURI KW’IBINTU UWUVUGA IBIRENZE IBI CANKE AGAKURAKO KURI IBI ARAKAVUMWA!! YOHANA 3 :16 « KUK’ URUKUNDO IMANA YAKUNZE ABARI MW ISI ARI RWO RWATUMYE ITANGA UMWANA WAYO W’IKINEGE, NG’ UMWIZERA WESE NTAZ’ APFE RUBI, ARIKW AHABGE UBUGINGO BUDASHIRA. » NI KUVUGA UBANZA KUMUSIGURIRA UKUNGENE IMANA YAKUNZE ABANTU IKABIGURA IKAZA KU BAPFIRA KUGIRA NGO ABAZOMWIZERA BOSE BAZE BAHABWE UBUGINGO BUDASHIRA NKUKO MURI YOHANA 1 :12 « ARIKW ABAMWAKIRIYE BOSE YABAHAYE UBUBASHA BGO GUCIKA ABANA B’IMANA, NI BO BIZEYE IZINA RYIWE » YOHANA 3 :3 « YESU ARAMWISHURA, ATI N’UKURI, N’UKURI NDAKUBGIRE : IY’ UMUNTU ATAVYAWE UBGA KABIRI, NTASHOBORA KUBONA UBGAMI BG’IMANA. » RERO NIKUVUGA YUKO UMUNTU NTASHOBORA KUVUKA UBWA 2 UTARAVUKA UBWAMBERE BISIGURA YUKO MUKUVUKA UBWAMBERE : NUKO UBA WAVUTSE N’AMAZI : AYO MAZI BAVUGA NIZIRYA MBUTO Z’UMUGABO N’UMUGORE (SPERMATOZOIDE) NI KUVUGA UBANZA KUVUKA MU BURYO BW’ABANTU BAKAKUVYARA NKUKO ABANDI BAVUKA IGIKURIKIRA UKUVYARWA NA MPWEMU NIKO KUVUKA UBWA KABIRI UKWO KUVUKA UBWA 2 NUKU : BAKWIKIRIZA UMWAMI YESU KRISTO BICIYE MUKWATURISHA AKANWA KAWE YUKO YESU AR’ UMWAMI UKIZERA MU MUTIMA YUKW IMANA YAMUZUYE IMUKUYE MU BAPFUYE, UZOKIZWA NI KUVUGA UBANZA KUMUSIGURIRA UKUNGENE IMANA YAKUNZE ABANTU IKABIGURA IKAZA KU BAPFIRA KUGIRA NGO ABAZOMWIZERA BOSE BAZE BAHABWE UBUGINGO BUDASHIRA NKUKO MURI YOHANA 1 :12 « ARIKW ABAMWAKIRIYE BOSE YABAHAYE UBUBASHA BGO GUCIKA ABANA B’IMANA, NI BO BIZEYE IZINA RYIWE » YOHANA 3 :3 « YESU ARAMWISHURA, ATI N’UKURI, N’UKURI NDAKUBGIRE : IY’ UMUNTU ATAVYAWE UBGA KABIRI, NTASHOBORA KUBONA UBGAMI BG’IMANA. » RERO NIKUVUGA YUKO UMUNTU NTASHOBORA KUVUKA UBWA 2 UTARAVUKA UBWAMBERE BISIGURA YUKO MUKUVUKA UBWAMBERE : NUKO UBA WAVUTSE N’AMAZI : AYO MAZI BAVUGA NIZIRYA MBUTO Z’UMUGABO N’UMUGORE (SPERMATOZOIDE) NI KUVUGA UBANZA KUVUKA MU BURYO BW’ABANTU BAKAKUVYARA NKUKO ABANDI BAVUKA IGIKURIKIRA UKUVYARWA NA MPWEMU NIKO KUVUKA UBWA KABIRI UKWO KUVUKA UBWA 2 NUKU : BAKWIKIRIZA UMWAMI YESU KRISTO BICIYE MUKWATURISHA AKANWA KAWE YUKO YESU AR’ UMWAMI UKIZERA MU MUTIMA YUKW IMANA YAMUZUYE IMUKUYE MU BAPFUYE, UZOKIZWA ABAROMA 10 : 9-10 “KUKO NI WATURISHA AKANWA YUKO YESU AR’ UMWAMI, UKIZERA MU MUTIMA YUKW IMANA YAMUZUYE IMUKUYE MU BAPFUYE, UZOKIZWA. KUK’ UMUTIMA ARI WO UMUNTU YIZERESHA, AKARONKA UKUGOROROKA : KAND’ AKANWA AKABA ARI KO YATURISHA, AKARONKA AGAKIZA.”